Matayo 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ivyo bibaye, abigishwa baza kuri Yezu biherereye, bavuga bati: “Ni kubera iki tutashoboye kuyirukana+?”
19 Ivyo bibaye, abigishwa baza kuri Yezu biherereye, bavuga bati: “Ni kubera iki tutashoboye kuyirukana+?”