Matayo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Muri umunyu+ w’isi; mugabo hamwe umunyu wotakaza ubukomezi bwawo, uburyohe bwawo buzogarukanwa gute? Ntuba ugikoreshwa ikintu na kimwe atari ugutabwa hanze+ ngo abantu bawuhonyange. Luka 14:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Nkako, umunyu ni mwiza. Mugabo nimba n’umunyu utakaje ubukomezi bwawo, uzorungwa iki+?
13 “Muri umunyu+ w’isi; mugabo hamwe umunyu wotakaza ubukomezi bwawo, uburyohe bwawo buzogarukanwa gute? Ntuba ugikoreshwa ikintu na kimwe atari ugutabwa hanze+ ngo abantu bawuhonyange.