Itanguriro 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+. Mariko 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Maze afata umwana mutoyi, amuhagarika hagati yabo, amukikiza amaboko, araheza ababwira+ ati:
14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+.