Abalewi 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibi ni vyo mushobora kurya muri vyo: inzige y’insumirakure+, hisunzwe ubwoko bwayo, na ya nzige iribwa+ hisunzwe ubwoko bwayo, n’ikinyamajoro hisunzwe ubwoko bwaco, n’igihori+ hisunzwe ubwoko bwaco.
22 Ibi ni vyo mushobora kurya muri vyo: inzige y’insumirakure+, hisunzwe ubwoko bwayo, na ya nzige iribwa+ hisunzwe ubwoko bwayo, n’ikinyamajoro hisunzwe ubwoko bwaco, n’igihori+ hisunzwe ubwoko bwaco.