Matayo 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kandi uwo wese ashaka kuba uwa mbere muri mwebwe ategerezwa kuba umushumba wanyu+. Luka 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ariko mweho ntimukwiye kumera gutyo+. Mugabo umukuru muri mwebwe nacike nk’umutoyi+, uwutegeka na we acike nk’uwukora+.
26 Ariko mweho ntimukwiye kumera gutyo+. Mugabo umukuru muri mwebwe nacike nk’umutoyi+, uwutegeka na we acike nk’uwukora+.