Matayo 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo Yezu amenya ububisha bwabo, avuga ati: “Kubera iki mungeza, mwa biyorobetsi mwe+? Luka 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo amenya urwenge rwabo, araheza ababwira+ ati: