Matayo 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ababwira ati: “Iyi shusho n’ibi vyandiko ni ivya nde+?” Luka 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Nyereka idenariyo. Iriko ishusho n’ivyandiko vya nde?” Bavuga bati: “Vya Sezari+.”