Matayo 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bigenda gutyo nyene no ku wugira kabiri be no ku wugira gatatu, gushika bamwe indwi bose barangiye+. Luka 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 n’uwa gatatu baramwabira. Mbere no kuri abo indwi biba gutyo: barapfuye ata bana basize+.
26 Bigenda gutyo nyene no ku wugira kabiri be no ku wugira gatatu, gushika bamwe indwi bose barangiye+.