Matayo 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yezu abishura ati: “Mwarahuvye, kubera ko mutazi Ivyanditswe canke ngo mumenye ububasha bw’Imana+; Luka 20:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu ababwira ati: “Abana b’iki gihe bararongora+ kandi bagashingirwa,
29 Yezu abishura ati: “Mwarahuvye, kubera ko mutazi Ivyanditswe canke ngo mumenye ububasha bw’Imana+;