Kuvayo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera mu rubeya rw’umuriro hagati mu gisaka c’amahwa+. Agumye yitegereza, abona ca gisaka c’amahwa kiriko kiraka umuriro yamara ntigishe. Matayo 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nayo ku vyerekeye izuka ry’abapfuye, mbega ntimwasomye ivyo mwabwiwe n’Imana+ ngo: Luka 20:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo ivy’uko abapfuye bazurwa, na Musa yarabihishuye, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa+, igihe yita Yehova ‘Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.’
2 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera mu rubeya rw’umuriro hagati mu gisaka c’amahwa+. Agumye yitegereza, abona ca gisaka c’amahwa kiriko kiraka umuriro yamara ntigishe.
37 Mugabo ivy’uko abapfuye bazurwa, na Musa yarabihishuye, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa+, igihe yita Yehova ‘Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.’