1 Ngoma 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+. Luka 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 avuga ati: “Ndababwiye ukuri: Uyu mupfakazi, naho ari umworo, yatiburiyeyo vyinshi gusumba ivyo bose batiburiyeyo+. 2 Abakorinto 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko iyo habanje kuba umutima ukunze, vyemerwa canecane hisunzwe ivyo umuntu afise+, si ivyo umuntu adafise.
9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+.
3 avuga ati: “Ndababwiye ukuri: Uyu mupfakazi, naho ari umworo, yatiburiyeyo vyinshi gusumba ivyo bose batiburiyeyo+.
12 Kuko iyo habanje kuba umutima ukunze, vyemerwa canecane hisunzwe ivyo umuntu afise+, si ivyo umuntu adafise.