1 Ngoma 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+. Luka 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko abo bose batiburiyeyo amashikanwa avuye ku musesekara wabo, mugabo uyu mugore we, ku bukene bwiwe, yatiburiyeyo uburyo bwose afise bwo kubaho+.”
9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+.
4 Kuko abo bose batiburiyeyo amashikanwa avuye ku musesekara wabo, mugabo uyu mugore we, ku bukene bwiwe, yatiburiyeyo uburyo bwose afise bwo kubaho+.”