Matayo 26:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”
42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”