Zaburi 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+. Zaburi 88:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Washize abo tuzinanyi kure yanje+;Wangize ikintu giteye ishishi cane kuri bo+.Ndaboshwe, sinshobora gusohoka+. 2 Timoteyo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu kwiburanira kwanje kwa mbere nta n’umwe yagiye ku ruhande rwanje, mugabo bose barantaye+—ivyo ntibabiharurweko+—
11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+.
8 Washize abo tuzinanyi kure yanje+;Wangize ikintu giteye ishishi cane kuri bo+.Ndaboshwe, sinshobora gusohoka+.
16 Mu kwiburanira kwanje kwa mbere nta n’umwe yagiye ku ruhande rwanje, mugabo bose barantaye+—ivyo ntibabiharurweko+—