Matayo 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bava kuri iyo mva ningoga na ningoga, bafise ubwoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kuvyiganira abigishwa biwe+. Luka 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 hanyuma barahindukira bava ku mva, biganira ivyo bintu vyose bamwe cumi n’umwe n’abandi bose+.
8 Nuko bava kuri iyo mva ningoga na ningoga, bafise ubwoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kuvyiganira abigishwa biwe+.