Itanguriro 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+. Abalewi 26:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka. Gusubira mu vyagezwe 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko Yehova Imana yawe ari Imana y’inyembabazi+. Ntazoguta canke ngo aguhonye canke ngo yibagire isezerano+ rya ba sogokuruza bawe, iryo yabarahiye. Gusubira mu vyagezwe 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi, kubera ko mubandanya kwumviriza izi ngingo z’ubutungane, mukazigumya kandi mukazishitsa+, Yehova Imana yawe azogumya koko ku bijanye na wewe rya sezerano+ na bwa buntu bwuzuye urukundo, bimwe yarahira ba sogokuruza bawe+. Zaburi 105:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaributse isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,Ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+, Zaburi 106:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.
7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.
42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka.
31 Kuko Yehova Imana yawe ari Imana y’inyembabazi+. Ntazoguta canke ngo aguhonye canke ngo yibagire isezerano+ rya ba sogokuruza bawe, iryo yabarahiye.
12 “Kandi, kubera ko mubandanya kwumviriza izi ngingo z’ubutungane, mukazigumya kandi mukazishitsa+, Yehova Imana yawe azogumya koko ku bijanye na wewe rya sezerano+ na bwa buntu bwuzuye urukundo, bimwe yarahira ba sogokuruza bawe+.
8 Yaributse isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,Ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+, Zaburi 106:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.
45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.