Itanguriro 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+, Mika 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+. Abaheburayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,
16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+,
20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.
13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,