Imigani 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uguhambara kurashika kure mu muntu ategera+, kuruta ugukubita ikijuju incuro ijana+. Mariko 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Arahindukira, araba abigishwa biwe hanyuma ahambarira Petero, ati: “Herera inyuma yanje, Shetani, kuko utiyumvira ivyiyumviro vy’Imana, ariko wiyumvira ivy’abantu+.”
33 Arahindukira, araba abigishwa biwe hanyuma ahambarira Petero, ati: “Herera inyuma yanje, Shetani, kuko utiyumvira ivyiyumviro vy’Imana, ariko wiyumvira ivy’abantu+.”