Matayo 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Maze nihagira uwubabwira ati: ‘Ehe Kristu ari ng’aha+,’ canke ‘Hariya!’, ntimuze muvyemere+. Mariko 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Maze kandi nihagira uwubabwira ati: ‘Ehe Kristu ari ng’aha,’ ‘Ehe ari hariya+,’ ntimuze muvyemere+. Luka 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Avuga ati: “Mwiyubare ntimuzimizwe+; kuko benshi bazoza mw’izina ryanje, bavuga ngo: ‘Ndi we,’ kandi ngo: ‘Igihe kiregereje+.’ Ntimuze mubakurikire.
21 “Maze kandi nihagira uwubabwira ati: ‘Ehe Kristu ari ng’aha,’ ‘Ehe ari hariya+,’ ntimuze muvyemere+.
8 Avuga ati: “Mwiyubare ntimuzimizwe+; kuko benshi bazoza mw’izina ryanje, bavuga ngo: ‘Ndi we,’ kandi ngo: ‘Igihe kiregereje+.’ Ntimuze mubakurikire.