Matayo 24:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kuko nk’uko imisi ya Nowa+ yari imeze, ni ko n’ukuhaba* kw’Umwana w’umuntu kuzomera+.