Itanguriro 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Nowa arinjira mu bwato, yinjirana n’abahungu biwe n’umugore wiwe be n’abagore b’abahungu biwe, imbere y’uko amazi y’umwuzure aza+. Matayo 24:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,
7 Nuko Nowa arinjira mu bwato, yinjirana n’abahungu biwe n’umugore wiwe be n’abagore b’abahungu biwe, imbere y’uko amazi y’umwuzure aza+.
38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,