Luka 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uno ari imbere mu nzu akamwishura ati: ‘Reka kungora+. Umuryango wamaze kwugarwa, kandi abana banje batoyi bari kumwe nanje mu gitanda; sinshobora kuvyuka ngo nguhe ikintu na kimwe.’
7 Uno ari imbere mu nzu akamwishura ati: ‘Reka kungora+. Umuryango wamaze kwugarwa, kandi abana banje batoyi bari kumwe nanje mu gitanda; sinshobora kuvyuka ngo nguhe ikintu na kimwe.’