Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa. Abaheburayo 10:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kuko hasigaye “akanya gato cane+,” kandi “umwe ariko araza azoshika kandi ntazoteba+.”
3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.