Zaburi 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abami b’isi barahagaze+Kandi abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe nk’umuntu umwe+Ngo barwanye Yehova+ n’uwo yarobanuje amavuta*+, Matayo 23:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi+ ugatera amabuye+ abagutumweko+,—ni kangahe nashatse gukoraniriza hamwe abana bawe, nka kurya inkokokazi ikoraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo+! Ariko ntimwabishatse+.
2 Abami b’isi barahagaze+Kandi abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe nk’umuntu umwe+Ngo barwanye Yehova+ n’uwo yarobanuje amavuta*+, Matayo 23:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi+ ugatera amabuye+ abagutumweko+,—ni kangahe nashatse gukoraniriza hamwe abana bawe, nka kurya inkokokazi ikoraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo+! Ariko ntimwabishatse+.
37 “Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi+ ugatera amabuye+ abagutumweko+,—ni kangahe nashatse gukoraniriza hamwe abana bawe, nka kurya inkokokazi ikoraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo+! Ariko ntimwabishatse+.