Matayo 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Haciye igihe kirekire+ shebuja wa nya bashumba araza, arabishuza+.