Matayo 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’
23 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’