Matayo 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi ngo babone ibintu vy’agatangaza akoze+, n’abana b’abahungu bariko basemerera mu rusengero bongera bavuga ngo: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+!”, barashavura, Yohani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.”
15 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi ngo babone ibintu vy’agatangaza akoze+, n’abana b’abahungu bariko basemerera mu rusengero bongera bavuga ngo: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+!”, barashavura,
19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.”