Matayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None vy’ukuri mwagiriye iki? Kuraba umuhanuzi? Egome, ndabibabwiye, kandi araruta umuhanuzi kure n’iyo+. Luka 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.
9 None vy’ukuri mwagiriye iki? Kuraba umuhanuzi? Egome, ndabibabwiye, kandi araruta umuhanuzi kure n’iyo+.
29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.