Matayo 21:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Arongera arungika abandi bashumba, benshi kuruta aba mbere, mugabo babagira kwa kundi+. Mariko 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yongera atuma uwundi mushumba kuri bo; uwo na we baramukubita ku mutwe bongera baramutetereza+.