Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Ivyakozwe 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mu vy’ukuri Dawidi ntiyaduze mw’ijuru+, mugabo ubwiwe avuga ati: ‘Yehova yabwiye Umukama wanje ati: “Icara iburyo bwanje+,
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
34 Mu vy’ukuri Dawidi ntiyaduze mw’ijuru+, mugabo ubwiwe avuga ati: ‘Yehova yabwiye Umukama wanje ati: “Icara iburyo bwanje+,