Zaburi 148:1 Bibiliya y’isi nshasha 148 Shemeze Ya+!Shemeze Yehova mu majuru+,Nimumushemeze iyo hejuru+. Mariko 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Burahezagiwe ubwami bwa data Dawidi+ buriko buraza! Kiza, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru!”
10 Burahezagiwe ubwami bwa data Dawidi+ buriko buraza! Kiza, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru!”