ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”

  • Yohani 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 arahaguruka bari kuri nya mfungurwa, arambika hambavu impuzu ziwe zo hejuru. Hanyuma atora igitambara, arakenyera+.

  • Abafilipi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Oya, ahubwo yarahevye vyose amera nk’umushumba+, acika uwusa n’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika