Matayo 26:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nyene kumugura na we yari yabahaye ikimenyetso, ati: “Uwo nja gusoma, azoba ari we; muce mumufata+.” Mariko 14:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Maze araza amutumbereye, aramwegera, avuga ati: “Rabi!”, aca aramusoma+ n’ikibabarwe cinshi.
48 Nyene kumugura na we yari yabahaye ikimenyetso, ati: “Uwo nja gusoma, azoba ari we; muce mumufata+.”