Matayo 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Bukeye, abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bose b’ico gisata bagira inama Yezu ngo bamwice+. Mariko 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+.
27 Bukeye, abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bose b’ico gisata bagira inama Yezu ngo bamwice+.
15 Hanyuma buno nyene mu mutwenzi abakuru b’abaherezi hamwe n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi, eka Inama Nkuru yose, bagira inama+, baraheza baboha Yezu hanyuma baramujana bamuhereza Pilato+.