Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!” Mariko 14:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Mugabo aguma acereje, ntihagira ikintu na kimwe yishura+. Umuherezi mukuru yongera kumubaza, ati: “Wewe uri Kristu Umwana wa wa Muhezagirwa+?” Yohani 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abayuda baramukikuza rero, batangura kumubwira bati: “Uzogeza ryari kugumiza imitima yacu mu kirere? Nimba ari wewe Kristu+, bitubwire utomora+.”
63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”
61 Mugabo aguma acereje, ntihagira ikintu na kimwe yishura+. Umuherezi mukuru yongera kumubaza, ati: “Wewe uri Kristu Umwana wa wa Muhezagirwa+?”
24 Abayuda baramukikuza rero, batangura kumubwira bati: “Uzogeza ryari kugumiza imitima yacu mu kirere? Nimba ari wewe Kristu+, bitubwire utomora+.”