Yohani 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba ndababwiye ivyo kw’isi ntimwemere, muzokwemera gute ninababwira ivyo mw’ijuru+? Yohani 8:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ariko kubera ko jewe mvuga ukuri, ntimunyemera+.