Matayo 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Luka 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata;
23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata;