Gusubira mu vyagezwe 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.
23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.