Matayo 27:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Yozefu atora nya kiziga, akizingira mu mpuzu y’ilino nziza+, Mariko 15:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Na we aca agura impuzu y’ilino nziza, aramumanura, amuzingira muri nya mpuzu hanyuma amushira+ mu mva+ yari yimbwe mu gitandara; araheza atembagariza ibuye ku muryango w’iyo mva+.
46 Na we aca agura impuzu y’ilino nziza, aramumanura, amuzingira muri nya mpuzu hanyuma amushira+ mu mva+ yari yimbwe mu gitandara; araheza atembagariza ibuye ku muryango w’iyo mva+.