ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nya mugore aragenda, abwira umugabo wiwe ati: “Hari umuntu w’Imana y’ukuri yaje aho ndi, kandi ishusho yiwe yari nk’ishusho y’umumarayika w’Imana y’ukuri+, iteye ubwoba rwose+. Sinamubajije aho ava, kandi ntiyambwiye izina ryiwe+.

  • Matayo 28:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo nya mumarayika+ yishura nya bagore ati: “Ntimutinye, kuko nzi yuko muriko murondera Yezu+ umwe yamanikwa.

  • Ivyakozwe 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda+, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika