Itanguriro 45:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bamumenyesha bati: “Yozefu aracariho, kandi ni we aganza igihugu cose ca Misiri+!” Mugabo umutima wiwe uratimba, kuko atemera ivyo bavuga+.
26 Bamumenyesha bati: “Yozefu aracariho, kandi ni we aganza igihugu cose ca Misiri+!” Mugabo umutima wiwe uratimba, kuko atemera ivyo bavuga+.