Matayo 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bava kuri iyo mva ningoga na ningoga, bafise ubwoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kuvyiganira abigishwa biwe+. Luka 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yari Mariya umwe Magadalena, na Yohana+, na Mariya nyina wa Yakobo. N’abandi bagore+ bari kumwe na bo bariko babwira intumwa ivyo bintu.
8 Nuko bava kuri iyo mva ningoga na ningoga, bafise ubwoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kuvyiganira abigishwa biwe+.
10 Yari Mariya umwe Magadalena, na Yohana+, na Mariya nyina wa Yakobo. N’abandi bagore+ bari kumwe na bo bariko babwira intumwa ivyo bintu.