Matayo 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abigishwa ngo bamubone agendera ku kiyaga, bahagarika umutima, bavuga bati: “Ni igihume+!” N’ubwoba n’akantu bayiha umunwa.
26 Abigishwa ngo bamubone agendera ku kiyaga, bahagarika umutima, bavuga bati: “Ni igihume+!” N’ubwoba n’akantu bayiha umunwa.