Yohani 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyo bintu abigishwa biwe ntibavyitayeho mu ntango+, mugabo igihe Yezu yaninahazwa+ ni ho bibuka yuko ivyo bintu vyari vyanditswe kuri we be n’uko babimugiriye+.
16 Ivyo bintu abigishwa biwe ntibavyitayeho mu ntango+, mugabo igihe Yezu yaninahazwa+ ni ho bibuka yuko ivyo bintu vyari vyanditswe kuri we be n’uko babimugiriye+.