ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi biciye ku ruvyaro rwawe+ amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro kubera yuko wumvirije ijwi ryanje+.’”

  • 1 Abakorinto 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nimba rero Kristu ariko yamamazwa yuko yazuwe mu bapfuye+, bishoboka bite ngo bamwe muri mwebwe bavuge ko ata zuka ry’abapfuye ririho+?

  • Abagalatiya 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kwari ukugira ngo umuhezagiro wa Aburahamu uze biciye kuri Yezu Kristu ku bw’amahanga+, kugira ngo turonke ya mpwemu yasezeranywe+ biciye ku kwizera kwacu+.

  • 1 Timoteyo 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika