Yohani 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 namwe rero, mubwirizwa gushinga intahe+, kuko mwamanye nanje kuva mu ntango. Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”