Ivyakozwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaze kuvuga ivyo, bakiriko bararaba, araduzwa+ hanyuma igicu kiramupfuka, ntibaba bakimubona+.