ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 14:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Mwarumvise ko nababwiye nti: Ndiko ndagenda kandi ndiko ndagaruka kuri mwebwe. Iyo muba munkunda, mwari kunezerwa n’uko ngiye kwa Data, kuko Data anduta+.

  • Yohani 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.

  • Ivyakozwe 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda+, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo,

  • Ivyakozwe 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze basubira+ i Yeruzalemu bavuye ku musozi witwa umusozi w’Imyelayo, uri hafi y’i Yeruzalemu, hakaba hari nk’urugendo rwo ku musi w’isabato+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika