Ivyakozwe 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Kandi imisi yose bama ku rusengero bahuje inama+, bagafungurira ibifungurwa vyabo mu mazu yabo, bakihereza imfungurwa banezerewe cane+ kandi bari n’umutima utarimwo uburyarya,
46 Kandi imisi yose bama ku rusengero bahuje inama+, bagafungurira ibifungurwa vyabo mu mazu yabo, bakihereza imfungurwa banezerewe cane+ kandi bari n’umutima utarimwo uburyarya,