Ivyakozwe 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Aho bumviye ivyo, basogotwa mu mitima+, babwira Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo, bene wacu, tugire dute+?” Ivyakozwe 16:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze arabasohokana hanze, avuga ati: “Batungwa, nkore iki+ ngo nkizwe?”
37 Aho bumviye ivyo, basogotwa mu mitima+, babwira Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo, bene wacu, tugire dute+?”